BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Prezida wa Mali avuga ko reta ifise ibintu mu minwe inyuma y’ibitero vyo mu ndwi iheze
Mw’ijambo yashikirije abicishije ku mboneshakure, uwo mutegetsi yatangaje ko reta yiwe “izotsinda” ababigize.
Kim Jong Un arashimagiza ingabo z'igihugu ciwe 'ziyishe' aho gufatwa mpiri na Ukraine
Ibi ni ibiza bishimangira ibivugwa vy’uko abasirikare ba Korea ya Ruguru bategekwa kwiturikirizako ama grenade kugira ngo biyice.
Igihe Attenborough yahuraga n'ingagi – inkuru y'urugendo rwe mu Rwanda n'igice cyamugize ikirangirire kuri TV
Urugendo rwa Sir David Attenborough mu Rwanda, gufungirwa muri hoteli no mu kigo cya gisirikare nyuma yo guhura n'ingagi, no gufata agace akina nazo n'ubu ku myaka 100 akirota.
Zambia: Igihugu kivuga ko cubakiye ku bumwe bwa Afrika ariko gikomerewe n'ivangura ruhu
Abazambia babwiye BBC ko ivangura ruhu rikiri ikibazo gushika ubu, rigatuma biyumva nk'abenegihugu basuzuguritse mu gihugu cabo.
Uko byeri ishobora kongera intungamubiri n'imikorere myiza y'ubwonko - Ubushakashatsi
Sobanukirwa n'iyi vitamine iba muri byeri ikaba ari ingenzi mu buzima bwo mu mutwe. Abahanga ariko bavuga ko iyo vitamine iboneka cyane no mu yandi mafunguro.
Burundi: Abashikiranganji babiri bakuwe, uwuheruka gupfa arasubirizwa
Prezida Evariste Ndayishimiye akoze izi mpinduka inyuma y'uko mu ndwi iheze yakoze impinduka mu nzego z'igisirikare.
OTAN itarimo Amerika yaba ifite ubushobozi bungana iki bwa gisirikare?
Umubano hagati y'ibihugu bikikije inyanja ya Atalantika (Atlantic) wongeye kugorana nyuma y'uko ibihugu by'i Burayi byanze cyane kugira uruhare mu bitero biherutse kugabwa na Leta Zunze Ubumwe za Amerika na Israel kuri Iran.
Filimi ku buzima bwa Michael Jackson yaciye agahigo mu kwinjiza amafaranga menshi muri sinema
Jaafar Jackson, umwishywa wa Michael Jackson, ni we umukina amwigana muri iyo filime, imaze kwinjiza miliyoni 217$ ku isi hose kuva yasohoka ku wa Gatatu ushize.
Umukuru w’Abangilikani ku isi yasuye Papa Leo amushimira ibyo yavugiye muri Afurika
Sarah Mullally yagize ati: “Wavuganye imbaraga urwanya akarengane kari mu isi yacu uyu munsi...Isi yari ikeneye buriya butumwa muri iki gihe.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Mu kibuga c'indege ciza kuruta ibindi kw'isi: Ni kuki Changi kiguma gitsinda?
Uburongonzi bwiza imbere, icuka ciza kigakurikira , hanyuma ibitangaje bikaza inyuma.
Umukobwa ufite ubutwari bwo kwita ku bapfu, ati: 'Ntibyoroshye'
Mu miryango myinshi, urupfu ni ikintu giteye ubwoba – Akenshi iyo abantu baruganiraho bamanura ijywi kubera agahinda n'ubwoba, ariko Linda, yahisemo akazi ko kwita ku mirambo.
CNDD–FDD yatoreye Ndayishimiye kuzayibera umukandida mu matora, ati 'Mbemereye gukomeza ikivi'
Mu ijambo yavuze ryo kwemera kuba umukandida, Ndayishimiye yarahiriye ko atazigera ahemukira abaturage kandi ko azakora ibiteza imbere igihugu.
Football: Harigeze kuba ibihangange – raba bano bakinyi berekanye ubuhinga budasanzwe kurusha abandi
Twese turakunda kuraba abakinyi batwereka utugenegene n’ubuhinga budasanzwe, hano BBC Sport iratondeka abakinyi b’umupira w’amaguru bakunda kwiyerekana cane kurusha abandi.
Inyakamwe kandi bazerutse, abana b'Abashinwa barondera ababagirira igishika ku 'bavyeyi bo ku mbuga hwaniro'
Abashinwa benshi bakiri bato barifuza ivyohinduka mu migenderanire n'abavyeyi babo ishingiye ahanini ku vyo babitegako.
Papa Wemba: 'Mbega uko igihe cyihuta!' - Imyaka 10 iruzuye 'umwami wa Rumba' apfuye
Jeannot Ilunga umwe mu bakunzi ba muzika ya Wemba avuga ko uyu muhanzi akimurikira iminsi ye kuko muzika ye n'ubu ayumva kenshi.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































