Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Perezida wa Djibouti yatsindiye manda ya gatandatu itari yarigeze ibaho ku majwi 97.8%
Ismaïl Omar Guelleh, w'imyaka 78, yongereye igihe cy'ubutegetsi bwe yari asanzwe amazeho imyaka 27, nyuma y'ayo matora abakandida b'ingenzi batavuga rumwe n'ubutegetsi banze kwitabira.
Ibiganiro by'Amerika na Iran: Ibisubizo ku bibazo bine by'ingenzi
Byitezwe ko uyu uba umunsi w'ibiganiro hagati y'Amerika na Irani muri Pakistan.
Abategetsi ba Libani n'aba Israel bagiye guhurira muri Amerika ku wa kabiri
Umutegetsi wo ku rwego rwo hejuru wo muri Libani mbere yabwiye BBC ko Libani izitabira ibiganiro ari uko gusa hari agahenge.
Uganda: Inguge ziri mu 'ntambara ikaze hagati yazo', ni ko abashakashatsi bavuga
Izo nguge zahoze zibana neza zo mu muryango wa Ngogo, ubu zimaze imyaka umunani rwarabuze gica hagati yazo.
Artemis II: Imbere mu kigendajuru cashikanye kiremwamuntu hafi cane y'Ukwezi ku rugero rutari bwabeho
Muri ubu butumwa bwuzuye ibitangaza, ariko kandi bushobora kubamwo ivyago vyinsi, abagendajuru bane baherutse gufata urugendo rw’ibirometero birenga ibihumbi 500 kuri uwo mubanyi wo m'ijuru, hanyuma bagaruke
Abari mu butumwa bwa Artemis II bafashe ifoto 'y'igitangaza' y'Isi
Iyi foto yafatiwe n'uwurongoye ubu butumwa, Reid Wiseman, mu kigendajuru Orion, mu gihe abari muri ubu butumwa bariko berekeza mu micungararo y'Ukwezi.
Prezida wa Iran araburira ko amaboko yabo "azoguma ku mbarutso y'inkoho"
Masoud Pezeshkian yaburiye ko batazorera amaboko igihe Israel ibandanya irasa "abavukanyi bacu bo muri Liban."
Trump avuga ko uburyo Iran iriko ikoresha mu kugenzura umuhora wa Hormuz “atari ko twavyumvikanye”
Intambara yo mu Burasirazuba bwo Hagati iracabandanya n’aho Amerika yatangaje agahengwe , ariko katarashobora gukurikizwa neza ku mpande zose.
Amerika irateganya guhita yandika abagabo bose bujuje imyaka bagaca mu gisirikare
Uyu mushinga watanzwe na leta iminsi ibiri mbere y'ibitero kuri Iran uteye impungenge ko mu gihe cy'intambara hari abajyanwa ku rugamba batabishaka.
Kinshasa na M23 'bazahurira mu Busuwisi' mu biganiro mu cyumweru gitaha
Mu gihe impande zombi zumvikanye ku guhagarika imirwano muri Nyakanga(7) ishize kugeza ubu imirwano yarakomeje, yaranzwe cyane cyane n'ibitero by'indege z'intambara.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ico tuzi ku guhagarika intambara mu kiringo c'indwi zibiri hagati ya Amerika na Irani
Ako gahengwe kabonetse inyuma y'ukwezi kurenga, kuva ibihugu vya Amerika na Israel bitanguye ibitero kuri Iran
Uko Pakistan yumvishije Trump kugira ibe umuhuza atari yitezwe mu ntambara ya Iran
Uruhara rwa Pakistan nk'umuhuza muri iyi ntambara rwatangaje benshi, ariko kumbure ntirwategerezwa kubatangaza.
Menya uko uno Jenerali wo mu ntambara ya 2 y'isi yatsinze umwanzi we mukuru w'umu-Nazi
Mbere y'uko Montgomery agera muri Afurika ya Ruguru, Rommel yari atinyitse cyane mu basirikare b'Abongereza, bari barubatse ishusho ye nk'umuhanga mu bya gisirikare.
Irani: Amashusho yerekana ibisigarira vy'indege zoba zaturiwe mu kurokora wa Munyamerika yatakara
biriko bigaragara ko igikorwa co kurokora uyo musirikare kitari coroshe na gato, kandi ko mu buryo bwakoreshejwe harimwo ingabo ziharurwa mu majana, indege z’intambara zitari nke hamwe na za kajugujugu.
Ubwo ibisasu vya misire vya Irani birashobora gushikira Londres na Paris?
Bamwe mu bahinga bavuga ko Irani ishobora kurekura ibisasu vya misire vyoshika i Londres ariko ko vyokororwa imbere y'uko bishikayo.
Wumva unaniwe cyane? Menya imirimo umunani yihishe ituma abagore bumva barushye cyane
Umuhanga mu bumenyi bw'imibereho y'abantu Leah Ruppanner aravug ku mpamvu abagore bacyikorera mwinshi mu mutwaro wo gutekereza no gutegura imirimo yo mu rugo.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango