BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Kuki Ubwongereza buhora buhindura ba Minisitiri w'intebe?
Sir Keir Starmer ni we Minisitiri w'intebe w'Ubwongereza wa gatandatu weguye mu myaka 10 ishize. Umunyamakuru wa BBC Rob Watson arasuzuma impamvu zitera uku guhora ibintu bihindagurika.
Ibyo wamenya ku ndege y'urwego rwo hejuru Trump yahawe na Qatar
Perezida wa Amerika, Donald Trump, yasuye indege nshya ivuguruye ya perezida, yashyikirijwe na Qatar mu mwaka ushize, avuga ko ari "indege nziza cyane ku isi."
IKIBIRIRAHO, Kenya: Abanyeshure bikekwa guturira uburaro bw'ishure bagiye gukurikiranwa ku birego 16 vy'ubwicanyi
Abanyeshure bo muri Kenya bikekwa kugira uruhara mu muriro waturiye uburaro bw’ishure ugahitana abantu 16 bagiye gukurikiranwa ku birego 16 vy’ubwicanyi, nk’uko vyemejwe n’umushikirizamanza mukuru.
Amerika 'yahaye' DR Congo umuti ukiri mu igerageza wa Ebola ngo ukoreshwe ku barwayi
Iyi ni impinduka ku ho Amerika yari ihagaze kuko uwo muti ukiri mu igerageza yawugeneraga Abanyamerika gusa.
Muhanga: Inkuru y'umugore wihebeye akazi ko gusudira
Nyuma y'imyaka igera kuri 30 akora aka kazi, Françoise Umuhoza avuga ko nta wundi mwuga wamurutira uyu wo guteranya ibyuma akoresheje umuriro.
Impanga z'abavandimwe zashyingiranywe n'izindi mpanga z'abavandimwe mu bukwe bwahurijwe hamwe muri Nigeria
Abo bavandimwe Taiwo na Kehinde Oguntoye baganiriye na BBC nyuma yo gushyingiranwa n'abakobwa b'impanga.
Uwahoze ari minisitiri w'Ubutabera muri Kenya yabujijwe kwinjira muri Uganda -ishyirahamwe ry'abanyamategeko
Martha Karua ni umunyamategeko wunganira Kizza Besigye , umunyapolitiki utavuga rumwe n'ubutegetsi muri Uganda, uri kuburanishwa ku byaha by'ubugambanyi.
Uko bimeze kuba mu bihugu bitekanye kurusha ibindi ku isi mu 2026
Muri rusange ibipimo by’amahoro byifashe nabi mu bihugu 99, ikaba ibaye imyaka 12 yikurikiranya y'igabanuka ry'umutekano ku isi.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Ingene imyimenyerezo yo guterura ibiremereye ishobora kugufasha kuguma ufise amagara meza uko imyaka yiyongera
Uko imyimenyerezo yo guterura ibiremereye ishobora kugufasha kuguma ufise amagara meza n'inguvu uko imyaka igenda yiyongera
Menya igituma inzanyi ari igipimo ku magara y'abagabo, kandi dukwiye kwitwararika ibimenyetso kitwereka
Nk'uko biri mu bushakashatsi butari buke, kutabarukwa neza ni indwara ibangamiye abarenga inusu y'abagabo bose barenza imyaka 40. Ariko, ni bake cane bubahuka kubivugana n'abakunzi babo.
'Mwenewacu yanyegejwe mu mufuko w'umuceri' - bari impunzi none bariko basayangana mu gikombe c'isi
Antonio Rudiger wo mu Budagi, umuryango wiwe wahunze intambara muri Sierra Leone, yizeye ko abo bakinyi b’impunzi bari mu Gikombe c’Isi bashobora guhindura imbono ku baja kurondera ubuzima bushasha mu mahanga.
Keir Starmer yeguye ku mwanya wa Minisitiri w'intebe w'Ubwongereza n'umukuru w'ishyaka rya Labour
Starmer azakomeza kuba Minisitiri w'intebe kugeza ishyaka rya Labour ritoye umuyobozi mushya waryo.
Icyo Iran n'Amerika bakura mu masezerano n'impamvu impande zombi zishobora kugorwa no kuyubahiriza
Abasesenguzi ba BBC barasuzuma ibivugwa na Washington na Tehran ko byombi byageze ku ntsinzi muri aya masezerano yo kurangiza intambara.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































