BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
IKIBIRIRAHO, Umushikiranganji wo kwivuna abansi muri Mali yaraye yiciwe mu bitero
Umukuru w’igihugu w’imfatakibanza Assimi Goïta na we yaciye ajanwa ahantu hatekanye inyuma y’uko inzu yiwe nayo nyene igeragejwe guterwa.
Mu kibuga c'indege ciza kuruta ibindi kw'isi: Ni kuki Changi kiguma gitsinda?
Uburongonzi bwiza imbere, icuka ciza kigakurikira , hanyuma ibitangaje bikaza inyuma.
CNDD–FDD yatoreye Ndayishimiye kuzayibera umukandida mu matora, ati 'Mbemereye gukomeza ikivi'
Mu ijambo yavuze ryo kwemera kuba umukandida, Ndayishimiye yarahiriye ko atazigera ahemukira abaturage kandi ko azakora ibiteza imbere igihugu.
Ni ab''amazina akomeye' bagambirirwa kwicwa – Trump nyuma yuko amasasu yumvikanye muri hoteli yari arimo
Perezida w'Amerika avuga ko ucyekwa yafashwe, mu gihe yatangaje videwo uko bigaragara yerekana intangiriro y'uko kurasa.
Football: Harigeze kuba ibihangange – raba bano bakinyi berekanye ubuhinga budasanzwe kurusha abandi
Twese turakunda kuraba abakinyi batwereka utugenegene n’ubuhinga budasanzwe, hano BBC Sport iratondeka abakinyi b’umupira w’amaguru bakunda kwiyerekana cane kurusha abandi.
Ifunguro rya nimugoroba n'abanyamakuru ryo muri White House ni iki?
Uretse iryo funguro, icyumweru cyose kiba cyaranzwe n'ibirori binyuranye i Washington DC, byateguwe n'ambasade zinyuranye, imiryango (ibigo) n'ibitangazamakuru.
Mali: Humvikanye ibiturika n'urufaya rw'amasasu mu gihe imitwe yitwaje intwaro yagabye ibitero bihuriweho
Ababibonye bumvise ibiturika n'urufaya rw'amasasu hafi y'ikigo cya gisirikare kiri hanze y'umurwa mukuru, mu gihe imirwano yatangajwe mu tundi turere twinshi.
Amajwi, Rwanda: Imvo n'Imvano ku mibereho y'abakinnyi nyuma yo gucyura igihe, Umwanya bimara 58,55
Uyu munsi turaganira ku mibereho y'abakinnyi nyuma yo gucyura igihe. Ese abakinnyi mu Rwanda bacyura igihe mu cyubahiro cyangwa mu gahinda?
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga wa Iran yageze muri Pakistan mu gihe intumwa z'Amerika zitezwe kujyayo
Umutegetsi wo muri Iran yatangaje ko nta gahunda y'inama iteganyijwe hagati ya Iran n'Amerika. Donald Trump avuga ko Tehran irimo "gutanga icyifuzo kandi tuzareba".
Inyakamwe kandi bazerutse, abana b'Abashinwa barondera ababagirira igishika ku 'bavyeyi bo ku mbuga hwaniro'
Abashinwa benshi bakiri bato barifuza ivyohinduka mu migenderanire n'abavyeyi babo ishingiye ahanini ku vyo babitegako.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Ibihugu 10 bya mbere bicukura peteroli nyinshi ku isi
Nyuma y'uko amasezerano yo guhagarika intambara hagati ya Amerika na Israel na Irani mu gihe cy'ibyumweru bibiri atangiye gushyirwa mu bikorwa, ibihugu bicukura peteroli byatangiye kumenyekana cyane kuko byari byitezweho nk'amakiriro.
Papa Wemba: 'Mbega uko igihe cyihuta!' - Imyaka 10 iruzuye 'umwami wa Rumba' apfuye
Jeannot Ilunga umwe mu bakunzi ba muzika ya Wemba avuga ko uyu muhanzi akimurikira iminsi ye kuko muzika ye n'ubu ayumva kenshi.
"Turaryohewe cane ko dutashe iwacu muri Congo" – Impunzi zatanguye gutahuka
Aba ni abahunze indwano zikomeye zabaye mu mpera z'umwaka uheze mu bice ahanini vya Luvungi na Sange imbere y'uko igisagara ca Uvira gifatwa na M23 ikaza kukivamwo hanyuma.
Ibyavuzwe ku munsi wa nyuma mu rukiko rukuru mbere yuko Béatrice Munyenyezi uregwa jenoside akatirwa
Nyuma yo koherezwa n'Amerika mu Rwanda agakatirwa gufungwa burundu, uru ni urubanza mu bujurire yatanze kuri icyo gihano.
Ibintu bitanu by'ingenzi muri raporo ku mvururu zabaye ku ya 29 z'uKwacumi muri Tanzania
Ni raporo yakozwe mu mezi atari make iyobowe na Perezida w'umucamanza Mohamed Chande, yabajije ibihumbi by'Abanyatanzania, ikoresheje amafoto na videwo kuva ku ya 9 Ukwakira n'iminsi yakurikiyeho.
Umugore yatewe inda n'abagabo babiri icyarimwe, siyanse ibivugaho iki?
Mu 2018, umugore yaje muri Laboratwari y'irangamimerere y'abaturage muri Kaminuza Nkuru ya Colombia: yari afite impanga z'abahungu yari yarabyaye imyaka ibiri mbere yaho, ashaka kumenya se w'abana be, ariko ibyavuyemo byari ibitangaza.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































