BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Menya aya mategeko atanu mashya atari asanzweho aje muri iki gikombe cy'isi
Umukuru w'abasifuzi ba FIFA, Pierluigi Collina, yavuze ko zimwe mu mpinduka zamaze kwemezwa kandi zizashyirwa mu bikorwa muri iyi mikino igiye gutangira.
IKIBIRIRAHO, Kim n'umugore we bahaye ikaze Xi ubwo yari ageze muri Koreya ya Ruguru
Umutegetsi wa Koreya ya Ruguru Kim Jong Un n’umugore we Ri Sol Ju bagaragaye baha ikaze Perezida w’Ubushinwa Xi Jinping ubwo yari ageze muri icyo gihugu.
Uko abagore bifuza kubyara barimo gushukwa n'abagurisha intanga-ngabo 'online'
Abagore bifuza cyane kwibaruka barimo guhatirwa gukora imibonano mpuzabitsina cyangwa guhabwa intanga baguze macye 'online'.
Agahinda nyuma y'uko umukinnyi ukomeye wa Rugby yishwe na rubanda ku muhanda i Kampala bamwita umujura
Polisi yavuze ko abantu batatu, abagabo babiri n'umugore umwe, bafunzwe bakekwaho uruhare mu rupfu rw'uyu wari umukinnyi wa Uganda Cranes na Stanbic Black Pirates.
Igikombe c'isi ca 2026: Ivyo ukeneye kumenya vyose kuri izi nkino
Reba ingene izi nkino zizoba, aho zizobera, amasaha, n'ingene yarangiye uzoja ubisanga ngaha nyene.
Aho ari mu rugendo muri Espagne, Papa yashimiye iki gihugu kubona kidashigikira intambara
Ejo ku wa gatandatu, Papa Leo XIV yatanguye urugendo rw'imisi indwi muri ico gihugu, aho yashimagije reta y'iki gihugu yamirira kure intambara be n'ukungene ishigikira abimukira.
Fally Ipupa yaraye yambitswe umudari w'iteka
Fally Ipupa ni we muririmvyi wa mbere w'Umunyafrika avuga igifaransa, kandi aba ku mugabane wa Afrika, yashoboye kuririmbira ku kibuga kizwi cane Stade de France i Paris .
Ni abahe bakinyi 10 bakuze bigeze gukina mu gikombe c'Isi?
Umugwi wa BBC Sport "Ask Me Anything" waraciye irya n'ino ikibazo c'abakinyi bakuze kuruta abandi bigeze gukina mu mahiganwa y’Igikombe c’Isi.
Imyambaro (maillot) myiza kuruta iyindi y'Igikombe c'Isi - n'igituma yamenyekanye cane
Ni iyihe myambaro myiza kuruta iyindi yose yigeze gukoreshwa mu Gikombe c’Isi, kandi ni igiki gituma iba iy’akaranga? BBC Sport yarakoze urutonde rw’imyambaro 10 ya mbere yabaye rurangiranwa.
'Nta kamaro' ko guhura na Zelensky kugira intambara ihagarare muri Ukraine - Putin
Ni inyuma y'uko Perezida Zelensky yandikiye ikete mugenziwe Putin w'Uburusiya amusaba ibiganiro amaso mu yandi.
'Akenshi nibaza impamvu nabayeho mu gihe abandi bapfuye' – Uwarwanye intambara ya kabiri y'isi
"Ushobora kwibaza urusaku rwari ruhari – po, po, po – Imana ni yo ibizi. Urusaku ruteye ubwoba." Mu 2024, abari bakiriho barwanye mu gitero i Normandie mu Bufaransa, mu ntambara ya kabiri y'isi, baravuze ibyo bibuka.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Iran yarononye ibigo 20 vya gisirikare vya Amerika kuva intambara itanguye
Abasesanguzi babwiye BBC Verify ko ibitero vya Iran vyari bikomeye kandi vyagutse kurusha uko vyemanzwe ku mugaragaro.
Abantu hafi 50 bapfuye bazize inyota mu bugaragwa bwa Sahara inyuma y'uko imodoka barimwo ipfiriye mu nzira
Abantu babiri gusa ni bo barokotse, inyuma yo kugenda n'amaguru ibirometero birenga 50 bambuka ubugaragwa kugira bamenyeshe abategetsi ivyari vyabaye.
Amerika ivuga ko yizeye ko u Rwanda rukura ingabo zarwo muri DR Congo 'mu kwezi gutaha'
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga Marco Rubio avuga ko hari intambwe runaka irimo guterwa ku ruhande rw'u Rwanda, nubwo bitarimo "kugenda byihuse bihagije".
Tanzania: Umu 'influencer' Ashley Robinson w'Umunyamerikakazi yariyahuye – Igipolisi
Igipolisi ca Zanzibar kivuga ko mu matohoza cagize, gifadikanije n’inzego zitandukanye, kitabonye ikimenyetso na kimwe cerekana ko hari uwundi muntu yagize uruhara mu rupfu rwa Ashley Robinson.
Kubera iki Kim Jong-un adakunda kuvuga kuri nyina wiwe?
Ko yapfuye mbere ya Kim Jong-il, ariko urupfu rwe mu bitaro i Paris ntirwigeze ruvugwa n'ibitangazamakuru byo muri Koreya ya Ruguru.
Alice Mbere: 'Nahawe imiti ngo nzakure'
Alice Mbere ukomoka muri Kenya yavutse afite ibiro bisanzwe ariko afite imyaka itanu, ababyeyi be bavumbuye ko adafite uburebure busanzwe
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango









































