BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Navi Pillay wayoboye urukiko mpuzamahanga rw'Arusha yatsindiye igihembo cy'amahoro cyitiriwe Nobel
Yavuze ko igihembo cye agituye "abarokotse bose icyaha mpuzamahanga" ndetse n'"abakora n'abarinda" ubutabera mpuzamahanga.
Tanzania: Impanuka y'imodoka yishe abantu nibura 29 abandi benshi barakomereka
Umukuru wa polisi mu karere ka Morogoro yavuze ko bisi yagonganye n'ikamyo yari itwaye ibiti yageragezaga kunyura ku yindi modoka.
Pentagon ivuga ko umusirikare wishe bagenzi be mu 2009 azicwa arashwe n'abandi bigatangazwa mu mashusho birimo kuba
Minisitiri w'ingabo w'Amerika avuga ko iyicwa ry'uwo musirikare rizabera mu ruhame ariko inzobere mu mategeko ivuga ko icyo cyemezo "kitigeze kibaho mbere" ari ikintu "gishidikanywaho mu rwego rw'amategeko".
ONU yongereje ikiringo ca Zongo, intumwa yayo idasanzwe ikurikirana ivy’agateka ka zina muntu mu Burundi
Inama ya ONU ijejwe agateka ka zina muntu yarongereje ikiringo ca Fortuné Gaétan Zongo, intumwa idasanzwe yayo ikurikirana ivy’agateka ka zina muntu mu Burundi.
Abasirikare ba Eritrea binjiye muri Tigray mu gihe intambara irushiriza gukomera
Abasirikare ba Eritrea binjiye mu buraruko bwa Ethiopia, berekeza mu bice vya Tigray biriko biraberamwo intambara hagati y’igisirikare ca reta n’abarwanyi bo muri iyo ntara, nk’uko ababa mu gisagara ca Adigrat babibwiye BBC.
Mu rukiko abunganira Victoire Ingabire basabye umucamanza kububaha
Aba banyamategeko binubiye icyo bise kwihanangirizwa no gucibwa amafaranga bya hato na hato mu gihe cy'urubanza, icyo basanga ari ukubima uburenganzira bwo kunganira uko bikwiye uregwa.
Uburundi mu bihugu bimaze kwakira abirukanywe na Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Perezida w'Uburundi yaremeje ko igihugu cemeye kwakira abirukanywe na Amerika, ariko akavuga ko ata n'umwe ararungikwa gushika ubu.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Rwanda: Abunganira Victoire Ingabire basabye urukiko rukuru gutesha agaciro ibyo aregwa
Abo banyamategeko bavuga ko bimwe mu byo Victoire Ingabire aregwa byashaje, ibindi bikaba byaratanzwe mu buryo bunyuranyije n'amategeko.
U Rwanda rwashimye 'umurava n'ukudatezuka ku mateka' kwa Dafroza Gauthier wapfuye ku myaka 72
Dafroza Mukarumongi Gauthier, wavukiye i Butare, yagize uruhare rukomeye mu kugeza mu bucamanza abacyekwaho uruhare muri jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994 baba mu Bufaransa.
Trump agabisha Irani ko izokwibonerako ni vyaboneka ko ifise uruhara ku vyabereye mu ndege Flydubai
Perezida Donald Trump yaraye agabishije Irani ko ishobora "gukubitwa bikomeye cane" mu gihe vyokwemezwa ko ifise uruhara mu gitero cabaye mu ndege ya Flydubai yatera ija i Tel Aviv.
Uko Aba-Houthi bariko baratsimbataza ubucuti n'ibihugu vyo mw'Ihembe rya Afrika
Abahinga babona ko ubucuti hagati y’Aba-Houthi na Al-Shabaab buriko burakomera, ibi bikaba biteje amakenga ku mutekano wo mu Kiyaga Gitukura no muKigoe ba Aden.
Nta kimenyetso na kimwe cerekana ko Putin yoba yiyumvira guhagarika intambara muri Ukraine
Amajambo Vladimir Putin amaze imisi ashikiriza yerekana ko agifise icizere ko Uburusiya bushobora gutsinda intambara.
Rwanda: Urukiko rukuru rwashimangiye igifungo cya burundu kuri Munyenyezi ku byaha bya jenoside
Béatrice Munyenyezi yari yajuririye icyo gihano nyuma yo guhamywa ibyo byaha n'urukiko rwisumbuye rwa Huye mu mwaka wa 2024.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































