Mukwege Denis: “Kugira ico ukoze, ni uguhitamwo”

Insiguro ya video, Denis Mukwege yahawe agashimwe 'Nobel' mu 2018, azokwitoza nka Perezida, mu 2023.
Mukwege Denis: “Kugira ico ukoze, ni uguhitamwo”
Yatangajwe

Muganga Denis Mukwege w’i Bukavu muri RDCongo, yabivuze mu 2018.

We na Nadia Yazidie wo muri Irak, bahabwa agashimwe kitiriwe Nobel.

Ico gihe, bagatsindiye nk'abagwanya ihohotera ry’abagore.

Uno munsi, Mukwege yamenyesheje ko azokwitoza nka Perezida.

Tugarutse ku bikuru vyaranze igihe yahabwa ako gashimwe, muri Norvege.

Denis Mukwege yahawe agashimwe 'Nobel' mu 2018, ubu amenyesha ko azokwiyamamaza mu matora ya Perezida, mu 2023.
Insiguro y'isanamu, Denis Mukwege yahawe agashimwe 'Nobel' mu 2018, ubu amenyesha ko azokwiyamamaza mu matora ya Perezida, mu 2023.