Nyamugigima muri Syria: Iki ni igihe uruyoya rwatorwa ari ruzima mu bihomoka
Yatangajwe
Uyu mwana w'umukobwa yatowe ari muzima akivuka mu bihomoka vy'inzu nyuma ya nyamugigima yo kuwa mbere muri Syria.
Abandi bose mu muryango wiwe barahasize ubuzima...







